Kandi nimwahagarara musenga, nihaba hari ico mupfa n'uwundi, mukimuharire, ngo So wo mw'ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu; ariko nimutãharira abandi, na So WO mw'ijuru ntazobaharira ivyaha vyanyu' (Mariko 11:25-26)Mbe iyi mirongo ibiri iragutuma ujugumira?Inyishu yawe iri hano. Muri iki gitabo gikenewe cane, uriga Guharira vyoroshe - kugira nawe uzunezerererwe guharirwa na Data. Iki gitabo kikubere umugenzi gushika ushoboye Guharira vyoroshe kandi vyukuri